Songtexte.com Drucklogo

Turasa Songtext
von Khadja Nin

Turasa Songtext

ihoze mwana wa mama
uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa
uyu urera
urya ukirabura
uriya uravanze
jewe mbona
watu wa ulimwengu wandugu
kaskasini kusini wako sawa
watu wa ulimwengu wandugu


wote wanafanana
mbona dusa
umworo wino arasa
n′umworo wo hirya agasa
n'umworo wa hakurya
umwana wanje ansera
kurya umwana wawe agusera
abavyeyi Turasa
none mwana wa mama
abantu dupfa iki?
ko mbona

Songtext kommentieren

Log dich ein um einen Eintrag zu schreiben.
Schreibe den ersten Kommentar!

Quiz
In welcher Jury sitzt Dieter Bohlen?

Fans

»Turasa« gefällt bisher niemandem.